The Noble Qur'an Encyclopedia
Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languagesHud [Hud] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 110
Surah Hud [Hud] Ayah 123 Location Maccah Number 11
وَلَقَدۡ ءَاتَيۡنَا مُوسَى ٱلۡكِتَٰبَ فَٱخۡتُلِفَ فِيهِۚ وَلَوۡلَا كَلِمَةٞ سَبَقَتۡ مِن رَّبِّكَ لَقُضِيَ بَيۡنَهُمۡۚ وَإِنَّهُمۡ لَفِي شَكّٖ مِّنۡهُ مُرِيبٖ [١١٠]
Ni ukuri, Musa Twaramuhaye Igitabu ca Tawurati, maze abantu yarungitsweko barahazana ku birimwo; bamwe muri bo baravyemera, abandi na bo barabihakana. Iyo rero hataba isezerano ry’Imana yawe Rurema Allah ryo kutihutira guhana ibiremwa, mu kurindiriza ibihano vy’umwe wese mu buzima bw’inyuma yo gupfa, ni ukuri abagarariji bari guhanwa bagahona maze hagasigara abagororotsi gusa. Mu vy’ukuri, abagarariji mu bayahudi n’ababangikanyamana mu bo warungitsweko, ni ukuri barafise amakenga kuri iyi Qor’ani.