عربيEnglish

The Noble Qur'an Encyclopedia

Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languages

The cave [Al-Kahf] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 15

Surah The cave [Al-Kahf] Ayah 110 Location Maccah Number 18

هَٰٓؤُلَآءِ قَوۡمُنَا ٱتَّخَذُواْ مِن دُونِهِۦٓ ءَالِهَةٗۖ لَّوۡلَا يَأۡتُونَ عَلَيۡهِم بِسُلۡطَٰنِۭ بَيِّنٖۖ فَمَنۡ أَظۡلَمُ مِمَّنِ ٱفۡتَرَىٰ عَلَى ٱللَّهِ كَذِبٗا [١٥]

Ni ho rero babwirana hagati yabo bati: “Aba bantu bacu, bigiriye izindi mana basenga mu gishingo c’Imana Allah, ubwo ntitwobasaba bakazana ivyemezo bigaragara vyemeza isengwa ry’ivyo bigirwamana! Burya, nta n’umwe arenganya akimonogoza gusumba uwurementaniriza Imana Allah mu kuyibangikanya”.