The Noble Qur'an Encyclopedia
Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languagesMuhammad [Muhammad] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 37
Surah Muhammad [Muhammad] Ayah 38 Location Madanah Number 47
إِن يَسۡـَٔلۡكُمُوهَا فَيُحۡفِكُمۡ تَبۡخَلُواْ وَيُخۡرِجۡ أَضۡغَٰنَكُمۡ [٣٧]
Mu gihe Yobasaba Ikabaremereza mu gutanga amatungo yanyu yose, mwocika ingumyi mukanka gutanga, gutyo mugaheza mugaserura akari ku mutima mu gutangana inzigo.